18/04/2018 | 509 Vues
Igisata c'amakonti yokubika no kubikura amafaranga mu biro vyose vya posita bikwiragiye mugihugu cose.
IKONTI UBIKURA UKABIKA

Ububiko muri Posita n'ikonti umunywanyi ashobora guhembegwako canke kubika. Ico gisata gisanzwe gitunganya nibijanye n'ububiko bw'amafaranga menshi biciye kuri konti ubikura, ukabika ndetse ukongera ugasaba ideni kumushahara igihe cose ukenereye. Ico gisata muzogisanga muma posita 139 ari mugihugu c'uburundi.  
WESTERN UNION18/04/2018 | 495 Vues
Igisata gitanga Ingurane18/04/2018 | 515 Vues
RUNGIKA18/04/2018 | 484 Vues
CCP18/04/2018 | 509 Vues
NYUNGANIRA18/04/2018 | 513 Vues
MBIKIRA18/04/2018 | 468 Vues
RIA Financial18/04/2018 | 476 Vues
Igisata kivunja amafaranga18/04/2018 | 506 Vues
DUFASHANYE18/04/2018 | 515 Vues
Baza ikibazo
Ronka amakuru
Rondera
Amakuru
KURIKIRANE I POSITA KUMIHORA ITANDUKANYE
Baza ikibazo
Ronka amakuru
Rondera