Ni umugambi wo kuziganya no kwungukirwa ishirahamwe ry'ama posita muburundi ryazaniye abenegihugu muntumbero yaryo yo kubafasha kurwanya ubukene no kwisununura mubutunzi
MBIKIRA
Ni umugambi wa posita kuziganya no kwungukirwa mu ntumbero yokurwanya ubukene no kwisununura mu butunzi.