𝙍𝙀𝙂𝙄𝙀 π™‰π˜Όπ™π™„π™Šπ™‰π˜Όπ™‡π™€ π˜Ώπ™€π™Ž π™‹π™Šπ™Žπ™π™€π™Ž
EMS (Ubuhinga bunyaruka bwo kurungika ibintu)
EMS Burundi ni yo ishinzwe gutoragura, kohereza no gukwiragiza ibintu vyihuta mu kiringo c’imisi itatu, aho uri hose kw’isi. Ni igikorwa cihuta cane, gifise akamaro, gihuye n’ibindi kandi gishoboka.